Makalite Styliste

Incuti magara πŸ™„β€οΈ
31/08/2023

Incuti magara πŸ™„β€οΈ

09/08/2023

 Nivyiza kugira Umu Boss agatahura ingorane zose zikubako ariko aho haheze narababajwe nokubona Boss ankura mubizerwa bi...
04/06/2022


Nivyiza kugira Umu Boss agatahura ingorane zose zikubako ariko aho haheze narababajwe nokubona Boss ankura mubizerwa biwe akibagira ivyo nakozi vyiza acashira ikibi kimwe nakoze agishira imbere kiza gifuta ivyiza vyose nakoze.
I'm so sorry my big Boss πŸ™πŸ™
Ikosha rya Si ryiwanje πŸ‘‹
😭

Simbona Ico wompa kugira ndakube hafi sauf umutima Uhisemwo!!Gumana amahera yawe Sinota Ubwoko kubwo amaheraπŸ™
22/05/2022

Simbona Ico wompa kugira ndakube hafi sauf umutima Uhisemwo!!
Gumana amahera yawe Sinota Ubwoko kubwo amaheraπŸ™

  2022 Kugira inzobe ntibigaragara kuba uri mwiza amajambo hirya Nino kuba Kelly abaye Umu miss wacu reka dukeze Kelly n...
08/05/2022

2022

Kugira inzobe ntibigaragara kuba uri mwiza amajambo hirya Nino kuba Kelly abaye Umu miss wacu reka dukeze Kelly n'umukobwa w'incabwenge vuba imigambi yeeeeeh ni yeye !!!

 I know you aren't my enemy but don't talk about my life men,I beg you don't confuse you Patient. .
04/05/2022


I know you aren't my enemy but don't talk about my life men,I beg you don't confuse you Patient.
.

23/04/2022


    Ry'Umunsi:Ntamwana W'umusenzi Azigera aba Umushenzi
19/04/2022



Ry'Umunsi:Ntamwana W'umusenzi Azigera aba Umushenzi

           Ndashaka Vibes Namwe Ncuti fama music.
14/04/2022




Ndashaka Vibes Namwe Ncuti fama music.

  Kahise gategura kazoza!!!!
10/04/2022


Kahise gategura kazoza!!!!

  Dusubize amaso inyuma kuvyerekeye uyu mujama   akaba amaze gukora indirimbo zi3       zose zifise amasanamu kandi meza...
10/04/2022


Dusubize amaso inyuma kuvyerekeye uyu mujama akaba amaze gukora indirimbo zi3 zose zifise amasanamu kandi meza kubitira YouTube ube uragira subscribe Vuba igisasu hama amateka aranga πŸ‘‰πŸ‘‰πŸ‘‡πŸ‘‡

Duhuye Wompanura Iki?Ntanumwe Nzosabira Inabi kubera atarije nakuremye,Umwansi niwe aguha kumenya kubana nabansi bagenzi...
09/04/2022

Duhuye Wompanura Iki?
Ntanumwe Nzosabira Inabi kubera atarije nakuremye,Umwansi niwe aguha kumenya kubana nabansi bagenziwe.
πŸ’Ž

Address

Bujumbura

Telephone

+25761793491

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Makalite Styliste posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Makalite Styliste:

Share