08/12/2022
HARUHANDE YIMIRIMO AJEJWE YASHIZE MUBIKORWA IVYO YIZE NONE NIVYO BIMUTUNZE
Nitwa BIZIMANA Jean Marie iruhande yakazi nsanzwe nkora ka gisirikare nahisemwo gushira uruganda rushona ivyambarwa Atelier de couture SHAZA kuko arivyo nize natanguye mfise imashini imwe ark Ubu ngeze kumashini indwi uretse ko dushona impuzu zubwoko bwose turigisha n'urwaruka rukeneye kumenya uwo mwuga tugaca turuha n'akazi kandi Abo tumaze kwigisha barashima cane.
Mukeneye kumenya vyishi mwokakura kuri 79101462 / 61708714.
Mudusanga Aho dukorera hafi y'isoko ya mwaro
Ntimwibagire kugura j'aime n'a partage kuri page yacu murakoze