BONGE Burundian Officiel

BONGE Burundian Officiel Suivre Bonge Burundian Officiel
Udukuru dutwenza ,
Music ,
Comedy,
Ibiganiro bitandukanye
WhatsApp Number: +254717310398
(1)

07/09/2026

Nku Murundi, Nkubu muhuye na Président w'Igihugu ca Kenya nirihe Jambo womubwira?

Lesa Amis Akaga Photo mubona katatwengeje 🤣🤣🤣😂Ariko ntimutwenge Aba Kenta benshi ivyatsi niyo ndya Yabo😂🤷Its  ✊🇧🇮
07/09/2026

Lesa Amis Akaga Photo mubona katatwengeje 🤣🤣🤣😂

Ariko ntimutwenge Aba Kenta benshi ivyatsi niyo ndya Yabo😂🤷

Its ✊🇧🇮

07/09/2026

Abantu mwiriw kuri Ambassade y'Uburundi muri Kenya mwarose ivyo mwarondera.natwe ejo tuzindukeyo duhe umuco.

07/09/2026

Abantu bari Nairobi mutubwire bimeze gute ? Canke abandi bari mubindi Bisagara bimeze gut? Tubwire✍️

Aba na Barundi bari kuri   y'Uburundi iri muri    barondera   kugira bataheNibenshi cane Imana Ibafashe✊Its  ✊🇧🇮
07/09/2026

Aba na Barundi bari kuri y'Uburundi iri muri barondera kugira batahe

Nibenshi cane Imana Ibafashe✊

Its ✊🇧🇮

07/09/2026

🇧🇮🇧🇮Ukaba wikunda ntukore ikosa ryogutaha atacangobwa ufise kuko Tanzanie 🇹🇿 ntuharzngana Vyoroshe🤷



Its ✊🇧🇮

07/09/2026

Mutubwire Abantu bari Nairobi uko vyifashe gt ? Abari mubindi Bisagara namwege mutubwire .mukomere✍️

07/09/2026

🗣️🗣️ Iritangazo riraba Umurundi wese ari umu Gihugu ca Kenya wese🇧🇮🤷

Murakoze✍️



Its ✊🇧🇮

Les Amis Umu maman nkuyu ashobora gutukana nkuku mubona azotoza indero abana biwe imeze gute?🤷Its  ✊🇧🇮
06/09/2026

Les Amis Umu maman nkuyu ashobora gutukana nkuku mubona azotoza indero abana biwe imeze gute?🤷

Its ✊🇧🇮

06/09/2026

🤨🤨🤨🤨🤨🤨Ngiri Isengesho Abarundi bagiye basenze ,Imbere yuko bafata urugendo rw'Irijoro🤷🥹

Numva mfise agahinda nukuri🤨🤨



Its ✊🇧🇮

Address

Bonus Mall
Kitui

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BONGE Burundian Officiel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share