Alain delon Rube

Alain delon Rube Movies and comedy

23/09/2022

Muhe amahirwe
atsinde
Yatanze inyishu Ku kibazo kigira giti:"KUBERIKI ABAKENYEZI BADATUNGA CANE KURUGERO NKURW'ABAGABO!
INZITIZI NI IZIHE?"

1)uruhande runini rugize isi abakenyezi basa nkahumenga barakengeretse

2)nabonyene ubwabo barikengera ntibabona ko nabo ubwabo bashoboye

3)abagabobo babo barashobora kubabera impambamyi na cane cane iyusanga agomba gukora ivyo abantu bamaze kwishiramwo ko vyagenewe igitsina gabo.
4)harukuntu umenga baratinya kuburyo nivyo yobakora atinya kuvyamamaza.

5)bafise utuntu twinshi twomurugo tubafatira kuburyo ivyo yogomba gukora atobironkera umwanya cokimwe numugabo.Inzitizi ya vyose nukwikengera hamwe no gufatirwa cane murugo.

ABONNEZ-VOUS SUR NOTRE MEDIA SVP

03/07/2022

Bonne nuit à tout le monde

Address

Bujumbura
202020

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alain delon Rube posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Alain delon Rube:

Share