UmunyeCite

UmunyeCite Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from UmunyeCite, Bujumbura.

26/03/2026

UNDERSTAND BY FLOKS

ABANA B'IGIHUGUMadiba Tha ClassicTifu-Msafi StylisteBain TuroPromoter de la Capitale
26/01/2026

ABANA B'IGIHUGU
Madiba Tha Classic
Tifu-Msafi Styliste
Bain Turo
Promoter de la Capitale

๐Ÿš™ Ehe  , Kaneza Kellia Lagloire, ariko arigera wa muduga yatsindiye๐Ÿ‘‰๐Ÿพ Ni umuduga wo mu bwoko bwa Skyline ukoresha umuyag...
26/07/2025

๐Ÿš™ Ehe , Kaneza Kellia Lagloire, ariko arigera wa muduga yatsindiye

๐Ÿ‘‰๐Ÿพ Ni umuduga wo mu bwoko bwa Skyline ukoresha umuyagankuba, watanzwe n'ibanki CRDB

๐Ÿต๏ธ N'abandi bigeme baronkejwe udushimwe twabo

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต : Imishwano iri hagati Yumusazwe yikorera utwiwe ndavuga umudandaji wimpuzu Stylist. Y'itwa   muzi cane mukwambika ab...
04/07/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต : Imishwano iri hagati Yumusazwe yikorera utwiwe ndavuga umudandaji wimpuzu Stylist. Y'itwa muzi cane mukwambika abaririmvyi bakomeye cane hano muburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎndetse nohakurya. Kurino ncuro Umuririmvyi akaba aheraniye amahera ariko tukaba tutabashe kumenya ivyo ayo mahera y'oba yavuyeko kugira amuherane. Ariko kuko tuziyuko uno musolait adandaza impuzu aho ntivyoba vyavuye kumpuzu?.

โœ๏ธNi yavuze ati:๐Ÿ‘‡

" Oyooo Guys Muri Hafi Ya Mumubwire Ko Nkeneye Utwanje Ryari iryambere dukoranye Sinarinzi ko Yokwepa gushika Now Sinari kumuha Utwanje Sasa Mim Kumuonea Aruma Kidogo Nikamu Stili gusa Uburara yanyeretse Burakaze Cane Asanteni Sana."

๐Ÿ“ŒAho yakomeje amajambo meshi cane ndetse agashiramwo nama Appell ariko ntabwo yigeze amwitaba bigaragara Yuko atangomba ibiyago Nawe kugira batunganye ikibazo Cabo. Ni yitakambiye cane kutwiwe gushika naho amutumako nintumwa aho yatabaje Uwukunze kuba hafi y'iwe nka Ncuti Yabose amwishurize. Kuko ntabwo y'ari guca kuri Landrypromoter Bdi Azi y'uko baguye rumwe na .

๐Ÿ“ŒAmakuru dukura kuri ngo kubwishavu amuteye agira ace ashira ahabona List yabaririmvyi Bose bamuheraniye Bose, mugumane natwe tuzobaha yose.

โœ๏ธMubona bino bintu "LinoG" ariko akora arivyiza...?

Credit By BON HEUR IB



โœˆ๏ธโšฐMwite ๐——๐—œ๐—˜๐—š๐—ข ๐—๐—ข๐—ง๐—” umukinyi rurangiranywa wa Liverpool arapfuye๐Ÿฅบ๐Ÿฅบ๐ŸฅบHari haciye iminsi 10 gusa yubatse urwiwe imbere y'am...
03/07/2025

โœˆ๏ธโšฐMwite ๐——๐—œ๐—˜๐—š๐—ข ๐—๐—ข๐—ง๐—” umukinyi rurangiranywa wa Liverpool arapfuye๐Ÿฅบ๐Ÿฅบ๐Ÿฅบ

Hari haciye iminsi 10 gusa yubatse urwiwe imbere y'amategeko n'Imana

Uyu mukinyi wa Liverpool Diogo Jota yitavye Imana mw'isanganya yagize n'imodoka .

Diogo Jota akaba yitavye Imana arikumwe na mwenewabo mw'isanganya ry'imodoka bagiriye i Zamora mugihe bari mu biruhuko mugisagara ca ANFIELD.

Isi y'umupira w'amaguru iri mu gahinda ๐Ÿ’”

Rest in Peace Diogo Jota et and Your Brother

03/07/2025

DON'T WORRY BY REX SOUL

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UmunyeCite posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share