18/05/2025
🖲⌛️NTIBISANZWE : NI M'UMUPIRA W’AMAGURU HAMA IBITANGAZA IYOMUDACITSE INTEGE ! 🌍⚽
Muri uno mwaka w'inkino 2024-25 tuwubonyemwo ibitangaza vyinshi bitahora biba kenshi twovuga nko mu Bwongereza, Ubutaliyani, n’Ubudage murivyo twovugamwo nkibi 🤔👇👇
🏆 Crystal Palace yatwaye igikombe kinini ku ncuro ya mbere inyuma y'imyaka 119! 😳
🏆 Newcastle United yatwaye igikombe ku ntsinzi nyuma y’imyaka 70 itagira igikombe kinini! 🤯
🏆 Bologne yongeye kuba Champion ku ncuro ya mbere mu myaka 51! 🙆♂️
🏆 Harry Kane yatwaye igikombe rya mbere mu buzima bwiwe afisee imyaka 31! 🤩
nubwo hakiri ibindi bikombe bigikinirwa twitege ibindi bitangaza bishasha kandi na hano?
❓🔜 PSG iraca rindiye imyaka myinshi gutwara Champions League yabo yambere … ⏳
❓🔜 Tottenham nayo yokwizera kugira umunezero wogutwara Eurpa League… ⏳
👉 Nta kindi cogereranywa n’umupira w’amaguru.✅🫡
UMUPIRA NI UBUZIMA. NI INTSINZI.
NI ISHEMA RY’ISI! 🌎🏆
Follow
♦️ Real Madrid murugamba rwo kurondera umukinyi wo hagati mukibuga ari kurwego rw'isi biyumviriye Vitinha wa PSG gusa umusore arazimye ngo imiriyoni 130 ntibaja munsi
PSG bakareka Vitinha agasohoka ntihoba hariko hasamburwa ivyubatswe na Enrique ?
Gusa Real Madrid yoba iguze umukinyi mwiza daa 😅
Ugurura compte ya 1xbet ukoresheje code promo canke
harico ubaza twandikire kuri 67128308 tugufashe tuguhe na Applications