John Félix

John Félix Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from John Félix, Baby & children's clothing store, bucumifelix8@gmail. com, Nyanza-Lac.

27/08/2022
20/08/2022
19/08/2022

🚨 AFC Bournemouth gutsinda Arsenal birashoboka naho kuvyiyumvisha bisa nuko bigoye kuri bamwe.

Bournemouth vs Arsenal

N'ejo ku munsi wa gatandatu igihe c'isaha 18h30. Tigira hakiri kare wirire amafaranga kuri urwo rukino wongere utigire no kuzindi nkino zitandukanye muri .bi ukoresheje

Code Promo yacu wandika: KWIZERA

Uko wobigenza nuku gukurikira :

1️⃣ Urafyonda kurino Link :
https://bit.ly/3otMztD ica igutwara kuri Application

Ufyonze gusa kurako kubururu 👆 gaca kabatwara muri 1xbet.bi direct ariko kubafise Android.

19/08/2022

🚨 PSG IMAZE GUTSINDA LA LIGA GATATU.

LaLiga na Prezida wayo Javier Tebas bamaze gutsindwa imanza zitatu za mbere bari bitwariye PSG - Paris Saint-Germain ko utakurikije amategeko mu kwongereza amasezerano Kylian Mbappé.

Ismail KWIZERA Nahodha

19/08/2022
16/08/2022

🛑🚨 MANCHESTER UNITED ishaka gusinyisha umukinyi wo hagati wa REAL MADRID, Carlos Henrique Casemiro inyuma yaho biriko birayigora kuronka Frenkie De Jong

[ Source: MARCA ]

15/08/2022

🚨

Umurwi wa Green Eagles FC (Zambia) wasinyishije MUSORE Aaron yahora ari kizigenza wa Musongati.

Uwo munyagitega yasinye amasezerano y'imyaka ibiri muri uwo murwi.

Ismail KWIZERA Nahodha

15/08/2022

🚨 Abahungu ba muzehe "El Cholo" batanguye neza cane.

GETAFE 0-3 ATLÉTICO

⚽️ Morata
⚽️ Morata
⚽️ Griezmann

Ismail KWIZERA Nahodha

15/08/2022

🚨 🚨 Erik ten Hag arashobora kwemera kurekura Cristiano Ronaldo ko aja muwundi murwi mugihe yoronswa uwundi musatirizi.

()

Address

Bucumifelix8@gmail. Com
Nyanza-Lac

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when John Félix posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share