World Fashion

World Fashion Lets fly together✊

30/04/2024
30/04/2024

⚪️🇹🇷 Arda Güler: "I can't call him Luka, I can't call him Toni, they are older...".

"I learned this in my family. I feel like I'm disrespecting them. I call Toni brother and Modric brother. That's why they started calling me brother".

30/04/2024
30/04/2024

👌🎥🫶

30/04/2024
30/04/2024

Last time Real Madrid and Bayern met in the Champions League... 🔎

30/04/2024

Ibintu udakwiye kuyaga nabagenzi:

1)baho ubuzima bwibanga: ntutume abantu bamenya ivyawe ubuzima bwawe uko ubayeho bakwankira ubusa: uronka inda ukavuga washize kuri Facebook, uronka 10mille ukavuga washize kuri status. Abantu ntibakeneye kumenya ivyo ufise ko wariye canke utariye ntukwiye kuvyamiza kumugaragaro.

2)ibanga ryukuntu uterimbere: wofasha abantu muburyo butandukanye ukabamotiva ariko ntukwiye kubabwira ibanga ryoguterimbere kwawe.

3) ntubwire ingorane zawe umuntu numwe: ibice 80% vyabantu ubwira ibibazo vyawe vyumugabo wawe canke umugore wawe bararyoherwa. Rek kwizera abantu na bible ivugako uwizera abantu avumwe.

4)ntubwire abantu indoto zawe k*k bazozica: setani ntiyokwica ico atazi rero ukuntu uguma ubwira ivyawe abantu sivyiza. Jennif lopez yavuye muhira afise 15 k*ko yabona umuco nabo bakabona umwiza

5) kirazira kubwira abantu amahera uronka: bazokwanka kubusa ushaka kwizanira abansi nuko bamenya amahera uronka canke uko ubayeho

6) ntubwire abantu ingorane za famille yawe nico gituma bazita ingorane zumuryango bikemurire mumuryango nyene.

ni isoko rusangi riha agaciro abagura nabagurisha.

link: www.iblotec.net

ubwiye iki umuntu yandika zino nyigisho burimusi?

Address

Kigali

Telephone

+250791712086

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when World Fashion posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share